Rundi stringlengths 5 496 | emotion stringclasses 7
values |
|---|---|
Nkuko twari twabibemereye ko tuzogaruka ku musi w'ishirwa ahabona ry'iyo... | neutral |
"Ntimushire ivyizigiro vyanyu mu ndongozi z'abantu; nta muntu ashobora kubakiza. | fear |
Ikibabaje ni uko batabandanije kuba abagenzi b'Imana. | sadness |
ku bazigama isezerano ryiwe n'amabwirizwa yiwe. | neutral |
Iyaguhanze nibo yatoye | neutral |
Mwibuke ko Napfiriye umwe umwe wese muri mwebwe ngo Ndabakize. | neutral |
Mu mahanga yose uwubaha Imana Iramwemera... | neutral |
Ariko rero, dutegerezwa kwibuka ko igihe Shetani yirukanwa mw'ijuru, yari azi ko afise igihe gito. | neutral |
ci jwatogi woko i kom got, bibedo ki yomcwiny! | joy |
Abo bamarayika bagambaraye baciye basanga ivyabo vyifashe mu buryo butandukanye cane n'uko vyari vyifashe igihe batari bwagambarare. | neutral |
"Sinigeze niyumvira ko umukenyezi ashobora kugira amahera yiwe. | surprise |
Twarabahinyuye muri ba ntahompagaze imbere y'inda zanyu nayo ivy'igihugu birabaroka. | neutral |
"Dufashijwe n'umuhungu wanje, twarashoboye kumushikana hano." | neutral |
-Iwanyu niwe wishe Ndadaye!Ushaka ibimenyetso? | neutral |
Ariko vyasa n'uko ata wushaka kuyishira mu rurimi rwo muri Irlande. | neutral |
Imana ikwongerereze intege n'inguvu pour tenir jusqu'au bout. | neutral |
Vya akhera na duniya | neutral |
Murafise koko ibintu abantu bakeneye." | neutral |
Imana yabwiye Musa iti: "Ntushobora kubona mu maso hanje, kuko ata muntu yombona ngo abeho." | disgust |
Igihe cose muzokinywa, murabigire munyibuka." | disgust |
Dore Ibintu Utashobora Mubuzima; | sadness |
mu gitondo bakamera nk'ivyatsi bikura, | fear |
N'abatari abaKristu bo nyene ubwabo bazotahura ukuri ko Ndiho. | neutral |
Nigo aboretie iga: Inee, Imobwate Ebitabu Birikire Amang'ana Aya? | neutral |
Wipfuza ko abana bawe biyumva nk'umwanditsi w'amazaburi, uwanditse ati: "Gukora ukugomba kwawe, ewe Mana yanje, ni vyo vyampimbaye, kandi itegeko ryawe riri imbere muri jewe." | joy |
Rutuku imutabarukana ku muheto. | neutral |
Watuzanye aha ngo utwicishe inyota, twebwe, abana n'ibitungwa vyacu ? " | anger |
Amajambo yiwe yarashika ku muzi w'ibibazo, bikanashika ku mitima y'abamwumviriza. | neutral |
Ngomba kubona ishuli ryanyu rishasha. | joy |
wageneye imiryango yose. | neutral |
Canke, mbega botwumvisha ivya mbere? | neutral |
'Nayo mwebwe abavuga ngo: "Ni nde azomanuka kudutera? | fear |
Igikorwa Adamu yashinzwe kizoba carangutse atakigizemwo uruhara. | sadness |
Bukeye babona irindi, | neutral |
AbaKristu n'Abayahudi nibo bazotumwa urutoki bongere bazire urwanko vyongeye bazohamwa kubera ukwemera kwabo. | disgust |
Abantu bizera Imana ntibakwiye guhagarika umutima kuko umugambi w'Imana ari mwiza kuri bo. | fear |
Canke murabareka ngo ntimukibakonya ? | neutral |
Nimba ari ukwo biri, urafise itunga ry'agaciro, na ryo akaba ari ubugenzi ufitaniye n'Imana. | neutral |
Abariise bur' izooba, | neutral |
Mbega urafise muri wewe umutima w'ubaha Imana?urarondera Imana? | neutral |
(Raba kandi ikiganiro kivuga ngo "Ico nahisemwo nkiri umwana" kiri muri iyi nomero.) | neutral |
Nta buryo na bumwe buriho bwiza kuruta canke buhambaye kuruta woshobora gukoreshamwo ububasha bwawe. | neutral |
Ariko ub'ufise impamvu ugenda | neutral |
Inyigisho nazo zabo zikaba zivuga ko:"Ata Mana Ikwiye Gusengwa vy'ukuri atari ALLAH kandi ko MUHAMADI ari Intumwa y'Imana." | neutral |
Yozefu akibabona yaciye abamenya, ariko bobo ntibamumenye. | surprise |
Vyongeye, nimba yarakoze ibicumuro azobabarirwa." | neutral |
Nzoshira urwanko hagati yawe n'umugore, | anger |
Ntiwashimye amashikanwa aturiwe uko yakabaye be n'amashikanwa y'igicumuro." | disgust |
Ewe Mana yanje, wanyigishije nkiri muto, | surprise |
Kunda Wakire mu Mushaha Wawe Wuzuye Ikigongwe imitima yabo batemera Imana hamwe nabo batarakumenya. | sadness |
Naciye mbona neza na neza ico yashaka." - Vyavuzwe na DYLAN. | neutral |
Nuce rero utegekanya gukora ibimuhimbara. | neutral |
Igihe cose muzokinywa murabigira munyibuka." | disgust |
"Nimuyizigire ibihe vyose, emwe bantu!" - ZAB. | neutral |
None muzogira mute kw'iherezo ryavyo?" | anger |
Bitebe bitebuke ukuri kuzoja ahabona kugira ngo abakoze ubwo bubisha babihanirwe. " | sadness |
Nimubome inyuma ningoga, kuko muza kubahamvya." | neutral |
Kuko yavuze iti: "Mu gihe kiroranye narakwumviye, ku musi w'ubukiriro naragufashije." | neutral |
Agira ati: "Iki ni co gikorwa c'Imana: ni uko mwizera uwo Uyo yatumye." | neutral |
Na bo baraduga mw'ijuru mu gicu, abansi babo na bo barabitegereza. | anger |
Ku coba tuk fahami, | neutral |
Aba bantu bahora bavuga bati: Igihe co gusubira kwubaka Ingoro y'Umukama ntikirashika!" | neutral |
"UMUTOYI azocika igihumbi, uwo hasi na we acike ihanga rikomeye. | neutral |
Abo Imana irabareka kugira ngo irabe yuko bokwikebuka mugabo umunsi ur'izina izobereka yuko bataye umwanya. | neutral |
Wokora iki nimba mu muryango wanyu hari ingorane y'ururimi? | neutral |
Turizigiye ko azobandanya kutwitwararika naho tutazi ingene azobigenza, igihe azobikora canke aho azobikorera." - Zab. | neutral |
Ariko mweho abubaha izina ryanje izuba ry' ubugororotsi rizobarasira, rifise ugukiza mu mababa yaryo. | fear |
Birya tubabwira tukabereka aho vyanditswe, birya Imana ibahishurira mw'Ijambo ryayo, ni birya nta bindi. | neutral |
Ariko ico gihe yari yafashe ingingo yo kuvavanura n'iyo ngeso." | disgust |
Aracashigikira abigana ukwizera kwa Samweli. | neutral |
Bahamagara Loti bati " , Abagabo binjiye iwawe muri iri joro bari hwe ? | neutral |
Guhera ubu uzohora uroba abantu ari bazima." | neutral |
Bibiliya yishura iti: "Nowa akora yisunze ivyo Imana yari yamutegetse vyose. | neutral |
Tuguhay'umuvinyu, Mukama nyen'inganji; | sadness |
Kandi igihe cabo kizoba ico gushika igihe kitagira urugero. | neutral |
do wewe like mukuro? if wewe do, tell me kwa a comment. | neutral |
None ni imisi ya nyuma y'iki? | neutral |
nimeziona tumeziona umeziona mmeziona ameziona wameziona umeziona imeziona limeziona yameziona kimeziona vimeziona imeziona zimeziona umeziona kumeziona pameziona mumeziona | neutral |
Yagutoranije ngo muri wewe bahaherebwe imigisha kandi ihashingirigwe intahe n'amashimwe. | neutral |
Bakakigarura kandi gushika aho kimenyera hanyuma kikavyakira. | neutral |
Kuko ubwiwe azi neza ingene tubumbwe, akibuka ko turi umukungugu." | neutral |
Niki Imana iba ishaka kuvuga iyo ivuze ngo "Ntimukore ku bo nasīze"? | anger |
Iyo agakiza k'abizera kataba ari ak'ibihe bidashira, ikimenyetso bashizweko nticoshitse ku musi wo gucungurwa, ahubwo cogarukiye ku musi bacumuriyeko, umusi basubiriyeko inyuma, canke umusi batizeye. | neutral |
Ndahimbawe kubona ndi uwo mu zindi ntama." - Henry A. Cantwell. | joy |
Yamara nta na kamwe muri two kibagirwa imbere y'Imana. . . . | neutral |
Nya bamarayika baciye bafata ukuboko Loti n'umugore wiwe n'abakobwa biwe babiri, babajana hanze y'ico gisagara. | disgust |
Ni mwanyica na ho, muzoba mwishe umuntu ata kibi yakoze.' | anger |
-Ko kumuha iperereza ryo mu gihugu hagati koba ari agashimwe kaho yisubiyeko? | anger |
Inzoka ica yishuyishu ra nya mukenyezi iti: Haba namba, ntimuzopfa! | neutral |
Mfise imyaka icenda, umuryango wacu hamwe n'ibindi Vyabona vya Yehova amajana n'amajana b'Abanyamoldaviya twarangarijwe muri Siberiya. | sadness |
ni Wewe uwufise amajambo y'ubuzima budahera. | neutral |
Egome, hariho abamarayika babi. | disgust |
nayo intungane izotungwa n'ukugumya ibanga." | neutral |
, Ahira , Akira Fubuki | sadness |
Ni ikintu gihambaye kuruta ibindi ikihe wokora ubu kugira ngo witegurire igitero ico ari co cose co muri kazoza kizogabwa ku basavyi b'Imana? | neutral |
incabwenge na yo niyaba itojwe indero, | joy |
Naho twabakumbura cane, twarahimbarwa n'uko bariko bakoresha ubuzima bwabo mu murimo w'igihe cose. | joy |
Bashenye ijabiro rya Biyoro, | disgust |
(S) Biraheza bibatera umwikomo mwinshi, batangura kumubaza umwe umwe ngo: | anger |
Yemwe abemeye! | anger |
Subsets and Splits
No community queries yet
The top public SQL queries from the community will appear here once available.